• Open Daily: 10am - 10pm
    Alley-side Pickup: 10am - 7pm

    3038 Hennepin Ave Minneapolis, MN
    612-822-4611

Open Daily: 10am - 10pm | Alley-side Pickup: 10am - 7pm
3038 Hennepin Ave Minneapolis, MN
612-822-4611
Abarundi, Ihanga ryatoranijwe n'Imana: Ibanga rinyegejwe mw'Isezerano

Abarundi, Ihanga ryatoranijwe n'Imana: Ibanga rinyegejwe mw'Isezerano

Paperback

General Christianity

Currently unavailable to order

ISBN10: 0359293069
ISBN13: 9780359293063
Publisher: Lulu Pr
Published: Dec 14 2018
Pages: 206
Weight: 0.68
Height: 0.47 Width: 6.00 Depth: 9.00
Language: Rundi
Ubuvugishwa canke ubuhanuzi bwa mbere ku gihugu c-Uburundi bwa vuzwe mu mwaka wa 1935, umwaka amashengero ya Pentekote yatanguzwa mu Burundi n-abakozi b-Imana bari baje bava mu gihugu ca Suwedi. Niho bavugishwa yuko Abarindi ari Ihanga ryatoranijwe n-Imana. Ubundi buvugishwa bwasaba abarundi kwiyeza, kwishonzesha no gusenga cane kuko Abarundi ari Ihanga ryatoranijwe, bwavuzwe muri Myandagaro 1968 mu gikorane c-Amashengero ya Pentekoti cari cabereye i Mugara. None ko havugwa yuko Aburundi ari Ihanga ryatoranijwe mbere bagashirako yuko ari Isirayeli ya kabiri, haraho Abarundi bahuriye n'Abaheburayo? Nabajije abakurambere, abakuze n'abana bari mu bihugu bitandukanye, narize inyandiko n'umviriza n'ubuhanuzi butandukanye bwo mu mashengero, ivyumba vy-abasengesho bitandukanye, numvirije ibivugigwa mu migwi itandukanye ndaheza nsanga nibukijwe amasezerano yanje nayo igihugu.

Also in

General Christianity